Ikibazo cya cumi na rimwe: Ni ubuhe busabe uvuga mbere yo gutawaza (Udhu)?

Igisubizo: "BISMILLAH: Ku izina rya Allah". Yakiriwe na Abu Dawud n'abandi.